Abakenyezi bituye ikigo CP KINE barashinga intahe uko cabafashije.
Mashariki TV Mashariki TV
315K subscribers
430 views
3

 Published On Jul 4, 2024

#Burundi: Mu kigo ca #CPKine canonosoye ivyo kuvura indwara zifatira mu mitsi no mu ngingo barafasha abakenyezi bibungeze ,abariko bitegurira kwibaruka n'inyuma y'ukwibaruka bakongera bagafasha kandi n'abakinyi mu gutegura umubiri wabo. Bamwe mu bakenyezi bamaze kucitura barashima ko cabagiriye akamaro.#Santé #CPKine

show more

Share/Embed