Hagiye kwinjizwa abasirikare bo ku rwego rutoya bavuka mu ntara zose zigize Uburundi.
Mashariki TV Mashariki TV
315K subscribers
13,051 views
185

 Published On Oct 5, 2024

#Burundi: Urwaruka rwababa ibihumbi 10 rwipfuza kwinjira mu gisirikare c'Uburundi mu rwego rw'abasirikare batobato bakoze ikibazo co kwinonora imitsi ico kibazo kikaba cakorewe mu gihugu cose nk'uko Général de Brigade Baratuza Gaspard avugira igisirikare c'uburundi abimenyesha. Nayo ibindi bibazo bazokora bazobimenyeshwa abazobitora bace binjizwa mu gisirikare. #FDNB

show more

Share/Embed