Published On Jul 2, 2024
#Burundi: Mu gihe abakora ikibazo co kuja mu mwuga wo kwigisha ari benshi nayo ibitigir vy'abaronswa akazi bikaba bike, mu bushikiranganji bw'indero bategekanya ko abatashikiriwe bazoza barashirwa ku ntonde zizoza zirifashishwa ku mwaka ukurikira mu gutanga akazi.
show more