Ihiganwa rya Zoé Academy ryaratanguye kuri uyu wa gatandatu ku kibuga ca EFI Nyakabiga
Mashariki TV Mashariki TV
315K subscribers
76 views
2

 Published On Jul 8, 2024

#Sport Ihiganwa rya Zoé Academy ryaratanguye kuri uyu wa gatandatu ku kibuga ca EFI Nyakabiga. Eloge Nihorimbere yatunganije iryo higanwa ku rwaruka rutarenza imyaka 16 avuga ko iryo higanwa ryatanguye neza naho hari intambamyi y'ikibuga kitameze neza bariko bakinirako.

show more

Share/Embed