Ishirahamwe OLUCOME risaba reta kunyarutsa gushitsa ibisabwa mu kwinjira muri ITIE
Mashariki TV Mashariki TV
315K subscribers
586 views
6

 Published On Jul 8, 2024

#Burundi Ishirahamwe rigwanya ibiturire n'isesagurwa ry'amatungo ya reta #OLUCOME risaba reta ko yonyarutsa gushitsa ibisabwa kugira Uburundi bwinjire mw'ishirahamwe ry'ibihugu biharanira gukorera mu muco mu bijanye no gucukura no kudandaza ubutare. Gabriel Rufyiri arongoye OLUCOME amenyesha ariko ko bashima ko Uburundi bwasubiriye gusaba kwinjira muri #ITIE (Initiative pour la Transparence dans les Industries Extractives)

show more

Share/Embed