Azonyambika by Fortran Bigirimana (Official Video)
Fortran Bigirimana Fortran Bigirimana
34K subscribers
117,290 views
3K

 Published On Premiered Aug 24, 2023

#Azonyambika #Fortranbigirimana

Thank you for subscribing to our Youtube channel:
https://www.youtube.com/channel/UCSyX...
Follow us on:
Instagram:  / fortranbigi.  .
Facebook:  / fortran.bigi.  .
FacebookPage:  / fortran-bigiri.  .
Twitter:  / fortranbig.  .
Website:https://fortranbigirimana.com/

Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa Youtube:
https://www.youtube.com/channel/UCSyX...

Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:
Instagram:  / fortranbigi.  .
Facebook:  / fortran.bigi.  .
Page Facebook:  / fortran-bigiri.  .
Twiter:  / fortranbig.  .
Site internet:https://fortranbigirimana.com/

A/C :Fortran Bigirimana

Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.

Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾

Amajambo :

Iyo nerekeje amaso mukirere
nkihweza ibiguruka
Ntibibiba kandi ntivyimbura
Ariko biguwe neza
Data arabitunze


Mbe ho kw’amashurwe ku misozi
Adatama kandi ntajishe
Akaba ashajije bibereye ijisho
Nayo data arayambika

Jeho umuntu yaremwe
mwishusho ryayo
Kuki nokwiganyira
Ndakunzwe bikomeye
Ntaco nomuburana
Data azonyambika

R) Azonyambika,
DataAzonyambika
Azonyambika (x2)

Ntaco nomuburana
Data Azonyambika

Azonyambika
Data Azonyambika

Ubwami bwayo imbere
No kuyigororokera imbere
Simpanze amaso inyongera
Zidatuma mbura ibitsibo

Yamara nzi kwifeza n’inzahabu ari ivyayo
ko y’ubahisha abayubaha
Ntaco nomuburana
Data azonyambika

Azokwambika n'umuvyeyi mwiza☺️🤝🙏🏽

































































































































































































































































































































































































































































#Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana#jamesdaniellatv #christianhymns #Gentilmisigaro #Adrienmisigaro #Dudutniyukuri #Appolinairehabonimana

show more

Share/Embed