Aleluya Hosana by Fortran Bigirimana ft James&Daniella
Fortran Bigirimana Fortran Bigirimana
34K subscribers
16,478 views
950

 Published On Premiered Sep 23, 2024

Thank you for subscribing to our Youtube channel:
https://www.youtube.com/channel/UCSyX...
Follow us on:
Instagram:  / fortranbigi.  .
Facebook:  / fortran.bigi.  .
FacebookPage:  / fortran-bigiri.  .
Twitter:  / fortranbig.  .
Website:https://fortranbigirimana.com/

Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa Youtube:
https://www.youtube.com/channel/UCSyX...

Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:
Instagram:  / fortranbigi.  .
Facebook:  / fortran.bigi.  .
Page Facebook:  / fortran-bigiri.  .
Twiter:  / fortranbig.  .
Site internet:https://fortranbigirimana.com/

Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona na cane cane abavandimwe banje twakoranye iki gikorwa James na Daniella.

Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾

A/C :Fortran Bigirimana

Amajambo :
R) Aleluya hosana
Hozana, hozana, hoazana

Aleluya, hozana
Urukundo rwawe ni ntagereranywa
hallelujah hosanna
Imbabazi zawe zirahebuje

Aleluya Hosana
Nzobivuga mugatondo n’ijoro (x2)

Kungana n’Imana
Ntiwavyumirako

Ububi bwanje
Urabwirengagiza

Igihano kimpesha amahoro
Kiba ikimenyetso c’isezerano
Ry’urukundo dufitaniye

2)
Jewe umugeni wakunze
Reka nkwibwirire

Nti ntabiriho, ntanibizoza
Vyokundutira

Kristo mwiza garuka vuba nkuhobere
ntirizozima Kugeza nkubonye amaso muyandi
itara ryanje ntirizozima, kugeza nkubonye

R) Aleluya hosana
Urukundo rwawe ni ntagereranywa
hallelujah hosanna
Imbabazi zawe zirahebuje

Aleluya Hozana

Nzobivuga mugatondo n’ijoro (xx)

show more

Share/Embed