Kuvuza abakinyi ryoba itegeko ku bantu bose bafise imigwi kugira bagire amagara meza.
Mashariki TV Mashariki TV
315K subscribers
113 views
2

 Published On Jul 3, 2024

#Burundi: Muganga Déo Ndayishimiye wo mu kigo CP Kine canonosoye ivyo kuvura indwara zifatira mu mitsi no mu ngingo ahamagarira abarongoye imigwi kugira abahinga batandukanye mu migwi yabo kugira bigire hamwe ibijanye n'amagara y'abakinyi babo.

show more

Share/Embed