Alvin Smith noneho ibintu ariko aravuga😂😂//umugore yarandoze ndaremvye//umugabo wabandi aramuhatswe
Siren Vibes TV Siren Vibes TV
165K subscribers
23,626 views
1K

 Published On Oct 7, 2020

Alvin Smith yavuye mu buterere yimukira mu kigobe. twamusanzeyo, ivyo yavuze imbavu zahatswe kuducamwo🤣🤣 ariko kandi yahereje ku majambo ari serieux cane.

iki kiganiro wihangane ukirabe cose ntihagire na kamwe kagucika woba uhomvye.

#AlvinSmith #cocaine #mukhama

wipfuza kugira ico utumenyesha canke uterera turondere kuri 61233934 canke 76711802 murakoze

canke utwandikire ku ma social media yacu
instagram :Siren Vibes TV
facebookPage : Siren Vibes TV
Twitter :@sirenTV

Murakoze🙏🏽

but don't forget to share it🙏🏽

show more

Share/Embed