🎤 Dogo A : "Navuye mu muziki kubera nasanze atari ivy'iwanje"
Magazine Jimbere Magazine Jimbere
53.3K subscribers
29,516 views
1.5K

 Published On Oct 9, 2022

🏛️ Dogo A ati : "Kuba mu nzu kwa Président ni vyiza cane ariko bisaba n'ama sacrifices"

🤩 Dogo A yongera atwiganira ko n'aho vyari vyamugoye, akeneye kugaruka mu mwuga wo gukora umuziki, akuwushira imbere y'ibindi, kuko niwo wabeshejeho umuryango wiwe

🤗 Kaze tumuteg’amatwi

📹: ‪@akadirishaprod305‬

#Uburundi #Umuziki #Jimbere

show more

Share/Embed