Dan Rapper - NDI..
Dan Rapper Dan Rapper
1.49K subscribers
2,206 views
247

 Published On Jan 29, 2024

NDI..on the song in the playlist TUNE23 by ‪@MilliSouls‬
The song "NDI" is a powerful expression of testimony as a christian.

Ndavuga Kristo yaje kw’isi yaje arije arondera
ampamagara n’ijwi ryiza ryiza ritampabura
atariho sinobaho Kwariho Ubu ndiho
hari uwibaza ko ariho uwubaho aba afise kristo

I used to be uwibaza kwariho atariho
ndi wawundi Yama ibubamfu azi ko Ari iburyo
nd’umwe yigumira mu mwiza akawita Umuco
ndi wawundi yabaho atazi namba Ubuntu ico arico

Menya ko
hari Uwaje anyiyumviriyeko
Kandi ko yatanze vyose ngw’andonke so
nd’umwe yakundwa n’uwariho isi itarabaho
ndi wawundi yatuma Haba inama itari bwabeho
nd’umwe yatsinda atahonyoye muri ring
nd’umwe yarekugwa nka baraba ngo habambwe king
ibaze umuntu nka Dan atanikimazi
igihe nizera mwijuru hari special ceremony

Nd’umwe azotuma Yesu agaruka
ndi wawundi yatuma igitambara c’ahera gitabuka
sinkituma Ubu nanje ndishikira
sincezwa buri musi nejejwe rimwe rizima

Nguye ni wewe umfata
mu mvura ur’umutaka
wambwiye sintinye Tuzogumana
Bari bazi Dukubise swata
ngo n’inzira idashika
nje kubabwira kwariwe bugingo budashira

S/O
Moley shot this!
‪@Niaguilaaamuta‬

show more

Share/Embed