Ukiri umwana nturabe iki kiganiro nicabakuze😍|Lenine na Darlène Barabivuze|Hosy yoca yahukana
Siren Vibes TV Siren Vibes TV
165K subscribers
35,412 views
1K

 Published On Jul 2, 2021

Mwaramutse canke mwiriwe.
nkuko musanzwe mubimenyereye ikiganiro cacu ca Debate gisohoka ku wagatanu cama kigamije gukebura, kwigisha eka no kuyaga ku bintu bimwe bimwe abantu batinya kuvugako kandi ari ukuri twama tubona imisi yose. Uno musi twatumiye umuhinga muvyingo n'Imiryango Lenine MANARIYO kugira turabire hamwe impamvu ikunze gutuma habaho ukwahukana ku mugore n'umugabo.
raba wumvirize hama nawe utange iciyumviro cawe haraho wosanga harabo gifashije.

#Debat

show more

Share/Embed