Mu gisagara ca Bujumbura hariho aba chefs de quartiers barihisha ama "frais de consultation"
Mashariki TV Mashariki TV
311K subscribers
12,577 views
153

 Published On Jan 29, 2023

#Burundi Mu gisagara ca #Bujumbura ngo hariho aba chefs de quartiers barihisha amafaranga abanyagihugu babitura aho babasaba gutanga "frais de consultation" nka kurya kwo kwa muganga 😂. Umushikiranganji wa mbere Gervais NDIRAKOBUCA abasaba guhagarika iyo ngendo, nyabuna bame baharanira imibereho myiza yabo barongoye.

show more

Share/Embed