ICIZERE Part A
INCUTI - FILMS INCUTI - FILMS
8.44K subscribers
10,072 views
540

 Published On Oct 1, 2020

#ICIZERE n'ireresi yakinywe n'abarundi, ikinirwa mugihugu hagati mu ntara ya Muyinga no mugisagara ca Bujumbura yakinywe n'umurwi wa AJEB-FILMS ibifashijwemwo n'abarundi batandukanye bari mugihugu hagati no hanze y'uburundi

#ICIZERE n'ireresi y'umuhungu atashaka ko mushikiwe arongorwa n'umuhungu numwe kuko uwamwipfuza wese yaramurwanya akamuhigisha igipanga benshi bariyomora ariko haza umusore w'umukire we akigirira ICIZERE c'ukwo azomutahukana.

kurikira ireresi urabe kuwo muhungu we bizomushobokera canke nawe aziyomora nk'abandi...
STARRING : NIBARUTA Aboubakar|HAKIZIMANA K. Athuman|MUKANKENGURUTSE Esperence|Hon. Joha SAID|NDIHOKUBWAYO H. Florian|IRAKOZE Nadjibu|KWIZERA Ninette

Directed by Aboubakar NIBARUTA
Story & Script writer : Aboubakar NIBARUTA
D.O.P : Bede IRAMBONA
Graphics Design : Florian H. NDIHOKUBWAYO
Editor : Bede IRAMBONA
Executif Producer : Aboubakar NIBARUTA

show more

Share/Embed